SEANCE D’INFORMATION DES FOURNISSEURS DE COPED
En Kirundi COPED yaratunganije inama kuba fournisseurs mwese n’abandi bose bipfuza gukorana na COPED, kugira ibasigurire ibijanye na DAO, mumenye ivyankenerwa kugira murungike offres zanyu zikwije ibisabwa.Iyo nama itegekanijwe Ku musi wa kabiri igenekerezo rya 29/7/2025 kuva 10:30 gushika 12:30, ku biro vya COPED.Kubo bitazokunda ko bahashika, muzoshobora kuyikurikirana aho muri mukoresheje umuhora twabahaye aha
Read More